ONELOP - Burundi @sindaruhukapacelli4773
ONELOP - Burundi  @sindaruhukapacelli4773
Uploaded July 2018 | Updated September 2026, 3 weeks ago
Njangwa Gilbert-Bécaud arongoye kandi aserukira ONELOP-Burundi imbere y'amategeko, aremera ko, kubera abanywanyi benshi barenga ibihumbi 53.000 ishirahamwe rifise mu gihugu cose, ko bishoboka ko boterera imiliyoni 300 gushika mu mpera ya 2019 kugirango amatora ya 2020 azogende neza. Arongera kandi agasaba ko amahera yose Leta y'uburundi yakoresheje mugutegura inama ya COMESA ko yoyasubizwa n'uwo muryango kandi ko u Burundi bworaba ko inyungu gifise mukuja gucungera umutekano zigifise akamaro turavye aho twaritugeze, bidagikenewe igihugu kikureyo abasirikare baco. Nimumumvirize.!!!
ONELOP - BurundiBRARUDI SAARG Amira, AC Génocide, ALM Buta ngo ntibazokwigera bibagira abanyeshure biciwe kuri Lycee KibimbaMINEAGRIE : Semaine de lalimentationSFBLSP Burundi irashikiriza impanuro abigemeMawe ndagukundaMAH05142UPHB. 30 ans apres, ses realisations70è Anniversaire de la Déclaration des Droits de lHomme à GatumbaAimée Divine dans Women of DestinyMinistere Fonction Publique ...SAVONORMINEAGRIE contre RUGOFARM
SINDARUHUKA Pacelli |

ONELOP - Burundi

SHARE TO X SHARE TO REDDIT SHARE TO FACEBOOK WALLPAPER