Uploaded October 2018 | Updated November 2026, 3 hours ago
Umushikiranganji w'uburimyi, ubworozi n'ibidukikije Deo Guide Rurema, yaratembereye imirima ya kijambere yo muri komine Giheta mu Ntara ya Gitega itey'igomwe kubera umugambi wo kuvomera imirima mugihe c'uruzuba, yarasavye abenegihugu kubandanya uyo mugambi mu ntumbero yo kurwanya inzara gushika muri 2030