Uploaded June 2018 | Updated November 2026, 3 hours ago
Njangwa Gilbert-Bécaud, arongoye ishirahamwe ONELOP-Burundi kandi akariserukirav imbere y'amategeko, arashikiriza aho ahagaze ku vyerekeye ibwirizwa nshingiro rishasha abarundi baheruka kwitorera kandi akongera akiyamiriza Michel Kafando ku ma rapport atanga k'u Burundi imbere ya ONU.