Uploaded September 2018 | Updated September 2026, 2 weeks ago
Abenyagihugu bariko baratora ubuhinga kavukire bwo kwiyorohereza mu kazi kabo ka minsi yose nacanecane mu guhungurura ibigori kugira binyaruke kandi ntibabare cane mu ntoke, barasaba ishiramwe FIDA ko ryobafasha kugira ico gikorwa co gukora ivyo bikoresho gitere imbere.