Uploaded June 2018 | Updated September 2026, 2 weeks ago
Icegera c'umukuru wa AIB Mr Emmanuel arashimira caaane abo bose nacanecane abanyamahinguriro bagize ico baterera kugira ngo iyerekanwa vy'ibihingurirwa mu Burundi no mu karere ka Africa y'ubuseruko bishoboke kandi bigere kuntumbero bari bihaye.