BRARUDI @sindaruhukapacelli4773
BRARUDI  @sindaruhukapacelli4773
Uploaded June 2018 | Updated September 2026, 3 weeks ago
Rémy Ndayishimiye, umugizi w'ihinguriro BRARUDI rihingura ibinyobwa bitandukanye, aragira ico ashikirije ku bihingurwa n'iryo hinguriro rikoresheje ibiterwa kama vy'u Burundi nacanecane amasaka. ivyo binyobwa bikaba vyerekanywe k'umugaragaro mw'iyerekanwa vy'amahinguriro y'u Burundi ahurikiye muri AIB muri Salon Industriel kuri Hotel Club du Lac kuva kw'igenegerezo rya 14-16/06/2018
BRARUDIINADES-FormationCOPB Nivyiza ko tuja muma coopératives tukiteza imbere kandi tugakingira ibidukikijeMINAGRI et Environnement - BurundiASSUR / EGASFBLSP, izi nyigisho zidufasha kumenya ingene twifata mugihe turiko trazitangaLambiance à Women of Destiny 2018 Hotel Club du Lac TanganyikaIsaac Bakanibona de FOFE arasigura intumbero yihiganwa ryumwigeme mwiza mu BurundiAIB-Salon IndustrielDiasporas à NgoziBurundi TaxConseil National pour lunité et la Reconciliation
SINDARUHUKA Pacelli |

BRARUDI

SHARE TO X SHARE TO REDDIT SHARE TO FACEBOOK WALLPAPER