Uploaded October 2018 | Updated September 2026, 2 weeks ago
Nitwa Ndabarushimana Christopher idy'ubuhanzi ni Chrickson Brown. Umuririmvyi w'umurundi Akorera umuziki muri Amerika. Nkaba maze gusohora indirimbo zitarinke. Natanguriye muburundi. Nkomereza cane muri Tanzania aho nasohoye ururirimbo Every Child has a Right to Play. Rukaba rugikundwa cane. Nakoze ibiteramo nabahanzi bakomeye nka. Mwana FA. AY . TID na TMK. Diamond na Jose Chameleon nakoranye nabo ibiteramo aha muri USA i Boston. Ubu ndimwo ntegura gusohora album. Mpenzi niyo indirimbo iri kuri YouTube. Kandi ibica bigacika muri Europe na USA.eka nomuri. Africa. Tuzoganira vyishi mubiganiro bigiye kuza. Murakoze