Uploaded July 2018 | Updated September 2026, 2 weeks ago
Jean Claude Mbarushimana, mukwugurura ibikorwa vy'inama yabereye mu ntara ya Kayanza kuwa 03 mukakaro 2018 yo kurabira hamwe n'abagwiza mbuto eka n'abazidandaza, arasaba abo vyega bose ko bokorana ubwira kugirango abenegihugu baronswe imbuto kugihe. Ntibacererwe guteragira.