Uploaded September 2018 | Updated September 2026, 2 weeks ago
François Xavier Ndaruzaniye arongoye Ligue Izere ntiwihebure ati: "Abubatse amazu bayubatse bahawe uruhusha n'impapuro zikwiye, ahubwo abafise amakosa ni barya babahaye izo mpusha, nibahanwe rero mugufata igice c'imishahara yabo kandi bashengezwe imbere y'ubutungane kuko barakoreye igihugu nabi" kandi ati: Umuvuduko urengeje w'abatwwara imiduga, birakwiye gose ko ico kibazo ababijejwe bogikurikirana kugira amasanganya agabanuke mu gihugu"